Bible App logo
Search Icon

Ivyahishuriwe Yohana 2:7

Ivyahishuriwe Yohana 2:7 RUN1967

Ūri n’ugutwi ni yumve ico Mpwemu abgira amashengero. Ūnesha, nzomuha kurya ku vyamye ku giti c’ubugingo kiri muri Paradiso y’Imana.