Ivyahishuriwe Yohana 2:5
Ivyahishuriwe Yohana 2:5 RUN1967
Nuko ni wibuke aho wavuye ukagwa; wihane, ukore ibikorwa nk’ivya mbere. N’utagira urtyo, nzoza kuri wewe nkūre igiterekwakw itara cawe ahantu haco, shiti wihannye.