Ivyahishuriwe Yohana 17:1
Ivyahishuriwe Yohana 17:1 RUN1967
Haza umwe wo muri ba bamarayika ndwi bari bafise za nzavya ndwi, avugana nanje, arambgira, ati Ngwino nkwereke iteka rizocirwa maraya w’agahebuza, yicaye kw iteraniro ry’amazi menshi.