Ivyahishuriwe Yohana 14:1
Ivyahishuriwe Yohana 14:1 RUN1967
Kandi mbona Umwagazi w’Intama, ahagaze ku musozi Siyoni, ahagararanye n’abantu ibihumbi ijana na mirongwine na bine, bafise izina ryiwe n’izina rya Se yanditswe mu ruhanga rwabo.