Bible App logo
Search Icon

Ivyahishuriwe Yohana 13:2

Ivyahishuriwe Yohana 13:2 RUN1967

Ico gikōko nabonye casa n’ingwe, amajanja yaco yar’ ameze nk’ay’ idubu, akanwa kaco kari kameze nk’ak’ intambge. Ca gisato kigiha ububasha bgaco, no kuja ku ngoma yaco, n’ubutware buhambaye.

Free Reading Plans and Devotionals related to Ivyahishuriwe Yohana 13:2