Bible App logo
Search Icon

Ivyahishuriwe Yohana 13:16-17

Ivyahishuriwe Yohana 13:16-17 RUN1967

Kigera ko bose, aboroshe n’abahambaye, n’abatunzi n’aboro, n’abidegemvya n’abagurano, bashirwakw ikimenyetso ku kiganza c’i buryo canke mu ruhanga: kandi ko hatagira umuntu yemererwa kugira ic’ agura cank’ ic’ ashōra, atar’ ūfise ico kimenyetso, ni co zina rya ca gikōko cank’ igitigiri c’izina ryaco.

Free Reading Plans and Devotionals related to Ivyahishuriwe Yohana 13:16-17