Ab’i Filipi 2:9-11
Ab’i Filipi 2:9-11 RUN1967
Ni co catumye Imana imushira hejuru cane, ikamuha rya zina rirengeye ayandi mazina yose: kugira ngw amavi yose az’ apfukame mw izina rya Yesu, ay’ ivyo mw ijuru n’ay’ ivyo kw isi n’ay’ ivy’ i kuzimu, kand’ indimi zose zize zature yuko Yesu Kristo ar’ Uhoraho, ngo biheshe Imana Data wa twese icubahiro.





