Ab’i Filipi 2:14-15
Ab’i Filipi 2:14-15 RUN1967
Mukore vyose ata kwidodomba, ata guhārīra, kugira ngo ntimugire umugayo cank’ akarohe, mube abana b’Imana batagira agasembga, hagati y’ab’ iki gihe bagoramye b’ibidambidambi, abo mubonekeramwo nk’amatara mw isi





