Bible App logo
Search Icon

Abaheburayo 4:13

Abaheburayo 4:13 RUN1967

Kand’ imbere yayo nta caremwe gihishijwe, ariko vyose vyambaye ubusa, biragaragara, imbere y’inyonga z’Iyizotubaza ivyo twakoze.