Kuvayo 35:30-31
Kuvayo 35:30-31 RUN1967
Mose abarira Abisirayeli, at’ Ehe rāba, Uhoraho yahamagaye mw izina Besaleli mwene Uri, Uri mwene Huri, wo mu muryango wa Yuda; kandi yamwujuje impwemu y’Imana, kugira ngw agire ubgenge no gutahura no kumenya n’ubuhinga bg’uburyo bgose





