Kuvayo 17:11-12
Kuvayo 17:11-12 RUN1967
Maze Mose iy’ amanitse amaboko Abisirayeli baranesha: ngw ayamanure, Abamaleki bakanesha. Maz’ amaboko ya Mose araruha; bābīra ibuye, bararimutega, aryicarako; Aroni na Huri bagumya amaboko yiwe, umwe ku ruhande rumwe, uwundi ku rundi: amaboko yiwe araguma gushitsa izuba rirenze.





