Kuvayo 15:2
Kuvayo 15:2 RUN1967
Uhoraho n’inkomezi zanje n’indirimbo yanje, Ampindukiye agakiza. Uwo ni we Mana yanje, nanje ndamuhimbaza; Ni yo Mana ya data, nanje ndayishira hejuru.