Abanyefeso 6:11
Abanyefeso 6:11 RUN1967
Mwambare ibirwanishwa vyose vy’Imana, kugira ngo mushobore guhagarara mudatsinzwe n’ubugunge bga wa Murwanizi.