YouVersion Logo
Search Icon

Abanyefeso 5:18-20

Abanyefeso 5:18-20 RUN1967

Kandi ntimukaborerwe vino, irimw’ ubuhumbu; ariko mwuzure Mpwemu. Mubgirane zaburi n’indirimbo n’amatazirano y’ivya Mpwemu, muririmba, mucurarangira Umwami wacu mu mitima yanyu; Imana, Data wa twese, muyishimire vyose imisi yose, mw izina ry’Umwami wacu Yesu Kristo.