Daniyeli 5:25-28
Daniyeli 5:25-28 RUN1967
Kand’ inyandiko yanditswe n’iyi: MENE, MENE, TEKEL, UFARSIN. Kand’ ukw ivyo bisobanurwa n’uku: MENE, risobanurwa ngw Imana iharūye imyaka umaze uri ku ngoma, iyishizekw iherezo. TEKEL, risobanurwa ngo Wagezwe ku munzane, basanga ntushitse. PERES, risobanurwa ng’ Ubgami bgawe buragabanganywe, buhawe Abamedi n’ Abaperesi.





