Bible App logo
Search Icon

1 Timoteyo 2:8-10

1 Timoteyo 2:8-10 RUN1967

Nuko ndagomba kw abagabo basenga hose, batarika amaboko yera, bataratse, batagira ibihāri. Kandi n’abagore nyene, ndagomba ko bambara imyambaro biberanye, bagendane isoni badahugumba kandi badashazisha gutsiba umushatsi, cank’ izahabu, cank’ imaragarita, cank’ impuzu z’igiciro kinini, ariko bashazishe ibikorwa vy’ingeso nziza, nk’uko bikwiye abagore bavuga yuko bubaha Imana.

Free Reading Plans and Devotionals related to 1 Timoteyo 2:8-10