1 Timoteyo 2:5-6
1 Timoteyo 2:5-6 RUN1967
Kuko har’ Imana imwe, kandi har’ Umuhūza umwe w’Imana n’abantu, na we nyene n’umuntu, ni Kristo Yesu, yitanze kw incungu ya bose. Kand’ ivyo bishingirwe intahe mu bihe vyavyo,