Bible App logo
Search Icon

1 Petero 4:12-13

1 Petero 4:12-13 RUN1967

Abo nkunda, umuriro uri hagati yanyu wo kubagerageza ntukabatangaze, nk’aho mubonye akatābonetse. Ariko munezerezwe n’uko mufatanije n’imibabaro ya Kristo, kugira ngo no mu gihe co guhishurwa kw’ubgiza bgiwe muze munezerwe muhimbarwe.

Free Reading Plans and Devotionals related to 1 Petero 4:12-13