Bible App logo
Search Icon

1 Petero 3:3-4

1 Petero 3:3-4 RUN1967

Ugushaza kwanyu ntikube ukwo ku rukoba kwo gutsiba umushatsi, cank’ ukwo kwambara izahabu cank’ ukwo kwambara impuzu nziza; ariko kube ukw’ umuntu ahishijwe wo mu mutima, ugushaza kudashira, ni kwo mutima w’ubugwaneza utekereje, ni kwo kw’ igiciro kinini imbere y’Imana.