1 Yohana 2:15-16
1 Yohana 2:15-16 RUN1967
Ntimugakunde isi, cank’ ibiri mw isi. Umuntu ni yakunda isi, ugukunda Data wa twese ntikuzoba kuri muri we. Kukw ikiri mw isi cose ar’ ivyifuzo vy’umubiri, n’ivyifuzo vy’amaso, n’ubgibone bg’ubu bugingo, bitanduruka kuri Data wa twese, ariko vyanduruka mw isi.








![Distractions Causing Distance [From God] 1 Yohana 2:15-16 Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)](/_next/image?url=https%3A%2F%2Fimageproxy.youversionapi.com%2Fhttps%3A%2F%2Fs3.amazonaws.com%2Fyvplans%2F40042%2F1440x810.jpg&w=3840&q=75)

