1
Hoseya 14:9
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Ni nde w’umunyabwenge? Natahure ibi bintu. Ni nde afise ubumenyi? Nabimenye. Inzira z’UHORAHO ziragororotse; kandi umugororotsi azozigenderamwo, ariko abagarariji bazozitsitaramwo bagwe.
Compare
Explore Hoseya 14:9
2
Hoseya 14:2
Nimujane amajambo yanyu yo kwihana mugende k’UHORAHO. Mumubwire muti: “Duharire ivyaha vyacu vyose maze utwakirane ubuntu, kugira ngo tugushikanire ivyimburwa vy’ishimwe bivuye mu kanwa kacu.
Explore Hoseya 14:2
3
Hoseya 14:4
“Nzoharira ugusubira inyuma kwanyu kandi nzobakundisha umutima wanje wose, kuko uburake bwanje bubavuyeko.
Explore Hoseya 14:4