1
Itanguriro 29:20
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Nuko Yakobo akorera Labani imyaka indwi kugira ngo aronke Rasheli. Kuko yamukunda urukundo rwinshi, iyo myaka yamubereye nk’imisi mike cane.
Compare
Explore Itanguriro 29:20
2
Itanguriro 29:31
UHORAHO abonye ko Leya adakundwa, amushoboza kuvyara abana, ariko Rasheli we aba ingumba.
Explore Itanguriro 29:31
Home
Bible
Plans
Videos