1
Ivyakozwe 27:25
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Nuko rero bagenzi, nimugumye imitima, kuko ndizera ko Imana izobishitsa nk’uko yabimbwiye.
Compare
Explore Ivyakozwe 27:25
2
Ivyakozwe 27:23-24
Muri iri joro nyene, umumarayika w’Imana nitirirwa kandi nkorera, yampagaze i ruhande ambarira ati: ‘Ntutinye Pawulo we! Utegerezwa kuzoburanira imbere ya Kayisari; kandi kubera wewe, Imana izozigama ubuzima bw’abo muri kumwe bose.’
Explore Ivyakozwe 27:23-24
3
Ivyakozwe 27:22
Ubu rero ndabasavye mugumye imitima, kuko ata n’umwe muri mwebwe azotakaza ubuzima; ubwato bwonyene ni bwo buzosaba.
Explore Ivyakozwe 27:22
Home
Bible
Plans
Videos