Wewe ga muntu, uhinyura abakora ibisa birtyo, nawe ubikora, mbega wiyumvira yuk’ uzokira urubanza Imana ica? Cank’ ukēngēra itunga ryo kugira neza kwayo n’iry’ imbabazi zayo n’iry’ ukwihangana kwayo? Ntuzi yuko kugira neza kw’Imana kugushikana ku kwihana?