1
Ab’i Filipi 3:13-14
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Bene Data, jeho kubganje sinibgira yuko mmaze kugifata, arikw ico nkora n’iki kimwe gusa, nibagira ibir’ inyuma, kandi nshingīra ibir’ imbere, mbandaniriza gushika aho dutanguranirwa, ku mpēra y’umuhamagaro w’Imana muri Kristo Yesu wo kuja mw ijuru.
Compare
Explore Ab’i Filipi 3:13-14
2
Ab’i Filipi 3:10-11
ngo ndamumenye, mmenye n’ubushobozi bg’ukuzuka kwiwe, n’ugufatanya na we imibabaro yiwe, nshushanywe n’urupfu rwiwe, ngo kumbure nshike ku kuzuka kw’abapfuye.
Explore Ab’i Filipi 3:10-11
3
Ab’i Filipi 3:8
Eka mbere n’ibintu vyose ndavyiyumvira kw ar’ ubuhombe, kubg’ ikibirengeye, ni co kumenya Kristo Yesu Umwami wanje. Kubg’ uwo nahomvye ibintu vyose, ndavyiyumvira kw ar’ ishano, kugira ngo ndonke Kristo
Explore Ab’i Filipi 3:8
4
Ab’i Filipi 3:7
Arikw ivyahora bimbera inyungu ndavyiyumvira kw ar’ ubuhombe kubga Kristo
Explore Ab’i Filipi 3:7