1
Abaheburayo 7:25
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Ni co gituma ashobora gukiza rwose abashikīra Imana kubgiwe, kuko na ntaryo yamaho ngw abasabire.
Compare
Explore Abaheburayo 7:25
2
Abaheburayo 7:26
Vyari bitubereye kugira umuherezi mukuru ameze artyo, yera, atagira ubugunge, atanduye, yatandukanijwe n’abanyavyaha, yashizwe hejuru y’amajuru
Explore Abaheburayo 7:26
3
Abaheburayo 7:27
atarinda kubanza gutanga ibimazi vy’ivyiwe vyaha uko bukeye, nka ba baherezi bakuru bandi, hanyuma agatanga ivy’ abandi bantu. Kukw ivyo yabikoze rimwe, hamwe yitanga.
Explore Abaheburayo 7:27