1
Ab’i Galatiya 1:10
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Mbeg’ ubu n’ishimwe ry’abantu ngomba, canke n’iry’ Imana? Canke se ndondera kunezereza abantu? Iyo mba nkinezereza abantu, simba nd’umugurano wa Kristo.
Compare
Explore Ab’i Galatiya 1:10
2
Ab’i Galatiya 1:8
Ariko naho yoba ari twebge cank’ umumarayika avuye mw ijuru, ababarira ubutumwa bunyuranye n’ubgo twababariye, arakavumwa.
Explore Ab’i Galatiya 1:8
3
Ab’i Galatiya 1:3-4
Ubuntu bube muri mwebge n’amahoro biva ku Mana Data wa twese, no ku Mwami wacu Yesu Kristo, yitangiye ivyaha vyacu, ngw aturokore mur’ iki gihe kibi ca none, nk’ukw Imana yacu yagomvye, ni yo Data we twese.
Explore Ab’i Galatiya 1:3-4