1
Kuvayo 29:45-46
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Kandi nzoba hagati mu Bisirayeli, mbe Imana yabo. Na bo bazomenya yuko nd’Uhoraho Imana yabo, yabakūye mu gihugu ca Egiputa, kugira ngo nze mbe hagati muri bo: ni jewe Uhoraho Imana yabo.
Compare
Explore Kuvayo 29:45-46