1
Kuvayo 25:8-9
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Kandi bangirire ahēra ho kuba, kugira ngo nze ngerēre hagati muri bo. Nk’ukw ivyo ngira nkwereke vyose bimeze, mu vy’ikigereranyo c’iryo hema nzobamwo, no mu vy’ikigereranyo c’ibintu vyaryo vyose, abe ari ko muzobikora.
Compare
Explore Kuvayo 25:8-9
2
Kuvayo 25:2
ati Barira Abisirayeli bankoranirize amashikanwa; muze mwākīrire umuntu wese aritanze rivuye ku mutima.
Explore Kuvayo 25:2