1
Ivyakozwe N’intumwa 22:16
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Non’ ikigutevya n’iki? Va hasi, ubatizwe, wiyuhagire ivyaha vyawe, wambaze izina ryiwe.
Compare
Explore Ivyakozwe N’intumwa 22:16
2
Ivyakozwe N’intumwa 22:14
Aravuga, at’ Imana ya ba sogokuruza yagutoranirije kumenya ivy’ igomba, no kubona wa Mugororotsi, no kwumva ijwi riva mu kanwa kiwe
Explore Ivyakozwe N’intumwa 22:14
3
Ivyakozwe N’intumwa 22:15
kuk’ uzomubera icabona ku bantu bose ku vyo wabonye kandi wumvise.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 22:15
Home
Bible
Plans
Videos