1
2 Ab’i Tesalonike 2:3
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Ntihakagire umuntu abahenda mu buryo na bumwe, kuk’ utazoza, kwa kureka Imana kutabanje kuboneka, kandi wa muntu w’umugarariji atarahishurwa, ni we mwana wo kuranduka
Compare
Explore 2 Ab’i Tesalonike 2:3
2
2 Ab’i Tesalonike 2:13
Ariko bene Data bakundwa n’Umwami wacu, biradukwiye kwama tubashimira Imana, kuk’ uhereye mbere na mbere Imana yabatoranije ngo muronkere agakiza mu kwezwa na Mpwemu no mu kwizera ukuri.
Explore 2 Ab’i Tesalonike 2:13
3
2 Ab’i Tesalonike 2:4
umurwanizi yishira hejuru y’icitwa Imana cose cank’ igisengwa; nukw azokwicara mu rusengero rw’ Imana, yiyerekana ngo n’Imana.
Explore 2 Ab’i Tesalonike 2:4
4
2 Ab’i Tesalonike 2:16-17
Ariko, Umwami wacu Yesu Kristo ubgiwe, n’Imana Data wa twese, yadukunze, ikaduha kwirurwa imibabaro guhoraho, bo n’ivyizigiro vyiza biheshwa n’ubuntu bgayo, ibirure mu mitima yanyu, iyikomeze mu gikorwa cose ciza, n’ijambo ryose ryiza.
Explore 2 Ab’i Tesalonike 2:16-17
5
2 Ab’i Tesalonike 2:11
Ni co gituma Imana ibarungikira ubuzimire bubakoreramwo, ngo bizere ibinyoma
Explore 2 Ab’i Tesalonike 2:11
6
2 Ab’i Tesalonike 2:9-10
Ukuza kw’uwo mugarariji kuri mu buryo bg’inkomezi za Satani, kuri n’ubushobozi bgose n’ibimenyetso n’ibitangaza vy’ibinyoma, n’ubugunge bgose bgo kugabitanya ku bahona, kuko batemeye gukunda ivy’ ukuri ngo bakizwe.
Explore 2 Ab’i Tesalonike 2:9-10
7
2 Ab’i Tesalonike 2:7
Kukw ibanga ry’umugararizo n’ubu ririko rirakora, mugabo har’ ūbibuza none, gushitsa igihe azokūrirwaho.
Explore 2 Ab’i Tesalonike 2:7