1
1 Timoteyo 3:16
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Nta wuhakana yukw ibanga ryo kwubaha Imana ridahambaye cane, n’iri: umwe yerekanywe afise umubiri, akaboneka kw ar’ umugororotsi mu mpwemu, akabonwa n’abamarayika, akamenyekanishwa mu banyamahanga, akizererwa mw isi, akadūzwa agahabga ubgiza.
Compare
Explore 1 Timoteyo 3:16
2
1 Timoteyo 3:2
Nuk’ umuzezwashengero akwiye kutabak’ umugayo, kand’ akwiye kuba umugabo afise umugore umwe gusa; abe ūtarenza urugero, adahugumba, aganza ingeso ziwe, akunda gutanga indāro, afise ubgenge bgo kwigisha
Explore 1 Timoteyo 3:2
3
1 Timoteyo 3:4
aganza neza abo mu rugo rwiwe, abana biwe bamwumvira, yanka umugayo wose.
Explore 1 Timoteyo 3:4
4
1 Timoteyo 3:12-13
Umukozi w’ishengero wese abe umugabo afise umugore umwe gusa, aganza neza abana biwe n’abo mu rugo rwiwe. Kukw abākoze neza ico gikorwa c’ibango ryabo bīronkera igishingo ciza n’ubushizi bg’amanga bginshi mu kwizera Kristo Yesu.
Explore 1 Timoteyo 3:12-13