YouVersionロゴ
聖書読書プランビデオ
アプリを入手
言語選択
検索アイコン

Ivyakozwe 8の有名な聖句

1

Ivyakozwe 8:39

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Bavuye mu mazi, Mpwemu w’Imana aca ajana Filipo, ya nkone ntiyasubira kumubona, ariko aca abandanya urugendo anezerewe cane.

比較

Ivyakozwe 8:39で検索

2

Ivyakozwe 8:29-31

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Mpwemu w’Imana abwira Filipo ati: “Egera uriya mukogote, uwugendere i ruhande.” Nuko Filipo aranyaruka, agendera i ruhande y’uwo mukogote, yumva wa muntu ariko asoma igitabu c’uwavugishwa n’Imana Yesaya. Aramubaza ati: “Mbega ivyo uriko urasoma urabitahura?” Na we aramwishura ati: “Nobitahura gute ata wubinsiguriye?” Aca asaba Filipo ngo yurire mu mukogote, baca baricarana.

比較

Ivyakozwe 8:29-31で検索

前章
次章
YouVersion

日々、神との親しい交わりを求めるために、あなたを励まし、勇気を与えます。

ミニストリー

概要

キャリア

ボランティア

ブログ

プレス

便利なリンク集

ヘルプ

寄付

聖書の訳

オーディオ聖書

聖書の言語

今日の聖句


デジタルミニストリー

Life.Church
日本語

©2026 Life.Church / YouVersion

プライバシー規約利用規約
脆弱性の開示
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest