YouVersionロゴ
聖書読書プランビデオ
アプリを入手
言語選択
検索アイコン

Ivyakozwe 9の有名な聖句

1

Ivyakozwe 9:15

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ariko Umwami Yesu yishura Ananiya ati: “Genda, kuko uwo Sawuli ari igikoresho natoranije kugira ngo amenyekanishe izina ryanje mu Banyamahanga n’abami babo, ndetse n’abo mu Bisirayeli.

比較

Ivyakozwe 9:15で検索

2

Ivyakozwe 9:4-5

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Aca agwa hasi, yumva ijwi rimubwira riti: “Sawuli, Sawuli, uriko umpamira iki?” Na we arabaza ati: “Uri nde ga Mwami?” Iryo jwi na ryo riti: “Ndi Yesu, uwo uriko urahama.

比較

Ivyakozwe 9:4-5で検索

3

Ivyakozwe 9:17-18

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Nuko Ananiya aca aragenda arinjira muri iyo nzu. Maze aca arambika ibiganza kuri Sawuli, avuga ati: “Mwene Data Sawuli, Umwami Yesu, uwakwiyeretse uri mu nzira uza, yakuntumyeko kugira ngo uhumuke kandi wuzure Mpwemu Yera.” Ubwo nyene, ibintu bimeze nk’ibikaragashi biva ku maso ya Sawuli, arahumuka. Ubwo nyene aca ava hasi arabatizwa.

比較

Ivyakozwe 9:17-18で検索

無料の読書プランとIvyakozwe 9に関係したデボーション

前章
次章
YouVersion

日々、神との親しい交わりを求めるために、あなたを励まし、勇気を与えます。

ミニストリー

概要

キャリア

ボランティア

ブログ

プレス

便利なリンク集

ヘルプ

寄付

聖書の訳

オーディオ聖書

聖書の言語

今日の聖句


デジタルミニストリー

Life.Church
日本語

©2026 Life.Church / YouVersion

プライバシー規約利用規約
脆弱性の開示
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest