YouVersionロゴ
聖書読書プランビデオ
アプリを入手
言語選択
検索アイコン

Ivyakozwe 7の有名な聖句

1

Ivyakozwe 7:59-60

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Bakiriko baramutera amabuye, Setefano arasenga ati: “Mwami Yesu, akira ubugingo bwanje.” Aca agwa apfukamye, asemerera ati: “Mwami, ntubaharureko iki caha.” Ahejeje kuvuga ivyo, aca aracikana.

比較

Ivyakozwe 7:59-60で検索

2

Ivyakozwe 7:49

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

‘Ijuru ni intebe yanje y’ubwami, isi na yo ni indava y’ibirenge vyanje. Canke mwonyubakira inzu nyabaki? Ni ko Uhoraho abaza. Canke ikibanza canje co kuruhukiramwo coba hehe?

比較

Ivyakozwe 7:49で検索

3

Ivyakozwe 7:57-58

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ariko avuga uko, baca bazibira amatwi yabo kugira ntibamwumve, bashira urwamo hejuru, baca bamuhundarako icarimwe, bamukwegera inyuma y’igisagara, batangura kumutera amabuye. Mu kumutera amabuye, abariko baramurega babanje kwikura imitamana yabo, biyirambika imbere y’ibirenge vy’umusore yitwa Sawuli.

比較

Ivyakozwe 7:57-58で検索

無料の読書プランとIvyakozwe 7に関係したデボーション

前章
次章
YouVersion

日々、神との親しい交わりを求めるために、あなたを励まし、勇気を与えます。

ミニストリー

概要

キャリア

ボランティア

ブログ

プレス

便利なリンク集

ヘルプ

寄付

聖書の訳

オーディオ聖書

聖書の言語

今日の聖句


デジタルミニストリー

Life.Church
日本語

©2026 Life.Church / YouVersion

プライバシー規約利用規約
脆弱性の開示
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest