Logo YouVersion
AlkitabRencanaVideo
Dapatkan Aplikasinya
Pemilih Bahasa
Ikon Pencarian

Ayat-ayat Alkitab Ternama dari Matayo 15

1

Matayo 15:18-19

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ariko igisohoka giciye mu kanwa k’umuntu kiba kivuye mu mutima, kandi ni co kimuhumanya. Kuko mu mutima ari ho hava ivyiyumviro bibi: ubwicanyi, ubusambanyi, ivy’isoni nke, ubusuma, kubeshera abandi no kuvuga abandi nabi.

Bandingkan

Telusuri Matayo 15:18-19

2

Matayo 15:11

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Icinjira mu kanwa k’umuntu, si co kimuhumanya. Ariko ikiva mu kanwa kiwe, ni co kimuhumanya.”

Bandingkan

Telusuri Matayo 15:11

3

Matayo 15:8-9

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

‘Aba bantu banyubahisha iminwa yabo, ariko imitima yabo iri kure yanje. Ukunsenga kwabo ntikugira ikimazi; inyigisho zabo ni amabwirizwa abantu bishingiye.’”

Bandingkan

Telusuri Matayo 15:8-9

4

Matayo 15:28

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Yesu aca amubwira ati: “Mupfasoni, ufise ukwizera gukomeye! Ivyo usavye urabihawe.” Maze ako kanya nyene, umukobwa wiwe aca arakira.

Bandingkan

Telusuri Matayo 15:28

5

Matayo 15:25-27

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Wa mugore aca araza apfukama imbere yiwe, aramubwira ati: “Mwami, ntabara!” Yesu aramwishura ati: “Si vyiza gufata umukate w’abana ukawuterera utubwa.” Na we aramwishura ati: “Ni vyo, Mwami, ariko n’utubwa na two turemerewe kurya utuvunguka dukoroka tuva ku meza ya ba shebuja.”

Bandingkan

Telusuri Matayo 15:25-27

Rencana Bacaan dan Renungan gratis terkait dengan Matayo 15

Pasal Sebelumnya
Pasal Berikutnya
YouVersion

Mendorong dan menantang Anda mencari keintiman dengan Tuhan setiap hari.

Pelayanan

Tentang

Karier

Sukarelawan

Blog

Pers

Tautan Berguna

Bantuan

Sumbang

Versi Alkitab

Alkitab Audio

Bahasa Alkitab

Ayat Hari Ini


Pelayanan Digital dari

Life.Church
Bahasa Indonesia

©2026 Life.Church / YouVersion

Kebijakan PrivasiSyarat
Program Pengungkapan Kerentanan
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest