Abanyaroma 11:5-6
Abanyaroma 11:5-6 KBNT
Bityo rero no muri ibi bihe, hari agasigisigi katoranijwe ku buntu. Ubwo rero ari ku buntu, ntibikiri ku bw’ibikorwa, naho ubundi ubuntu ntibwaba bukiri bwo.