Zakariya 6:13
Zakariya 6:13 BKC
Ni we azokwubaka urusengero rw’UHORAHO, azokwambikwa icubahiro c’inganji maze yicare ku ntebe yiwe y’ubwami aganze. Ari ku ntebe yiwe y’ubwami, azoba n’umuherezi, kandi ayo mabanga yiwe abiri azoyahuza neza mu rutonde ntangere.’




