Zakariya 11:17
Zakariya 11:17 BKC
Aragowe uwo mwungere w’igipfu ata co amaze, uwo ata umukuku! Aragakubitwa inkota ku kuboko no ku jisho ry’i buryo! Ukuboko kwiwe nikunyunyuke rwose, ijisho ryiwe ry’i buryo na ryo rihume rwose!”