Mika 3:11
Mika 3:11 BKC
Abatware baho baca imanza bariye ibiturire, abaherezi baho bigishiriza kuronka inyungu, kandi abavugishwa baho baragurira kuronka amahera. Ariko bakarondera UHORAHO ngo abashigikire bavuga bati: “Mbega UHORAHO ntari muri twebwe? Nta cago kizodushikako.”





