Matayo 23:25
Matayo 23:25 BKC
Muzobona ibara yemwe bigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo, kuko muri indyarya! Mwoza neza igikombe n’isahani inyuma, ariko imbere huzuyemwo umwanda w’ivy’ubusuma n’ukwipfuza kwanyu.