Luka 18:4-5
Luka 18:4-5 BKC
Uwo mucamanza amara igihe atamwumviriza. Ariko arateba aribwira ati: ‘N’aho ntantinya Imana kandi sinumvire n’abantu, kubera uwu mupfakazi angoye cane; ngira ndamutunganirize kugira ngo ntabandanye aza kunduhisha.’ ”