YouVersion Logo
Search Icon

Itanguriro 28:20-22

Itanguriro 28:20-22 BKC

Nuko Yakobo arasezerana ati: “Imana niyaba iri kumwe nanje kandi ikanzigama muri uru rugendo ndimwo, niyampa ivyokurya n’ivyo kwambara, maze ngashika mu rugo kwa data amahoro, UHORAHO azoba Imana yanje. Iri buye ry’icibutso nshinze, rizohinduka ikibanza co gusengeramwo Imana, kandi nzoshikanira Imana ic’icumi ku vyo izompa vyose.”