Itanguriro 28:15
Itanguriro 28:15 BKC
Ikindi na co, ndi kumwe nawe kandi nzokuzigamira aho uzoja hose. Umusi umwe nzokugarukana muri iki gihugu. Sinzokwigera ndaguta, nzoshitsa ivyo nagusezeraniye vyose.”