Itanguriro 24:14
Itanguriro 24:14 BKC
Umukobwa nja kubwira nti: ‘Ndakwinginze uhengeke umubindi wawe, umpe amazi yo kunywa,’ na we akavuga ati: ‘Ehe nunywe kandi n’ingamiya zawe nca ndazivomera,’ uwo abe ari we watoranirije umusavyi wawe Isaka. Ico ni co kiza kunyereka ko wagiriye databuja urukundo rudahemuka.”





