YouVersion Logo
Search Icon

Amosi 9:13-14

Amosi 9:13-14 BKC

“Imisi iraje,” ni ko UHORAHO avuze, “aho umwimbuzi azokurikirana n’umubivyi, n’uwutera imbuto agakurikirana n’uwudandaza imizabibu. Umutobe musha w’umuvinyu uzotemba ku misozi, kandi n’uturambi twose tuzorengerwa n’umuvinyu, kandi nzogarukana abantu banje b’Abisirayeli ndabavanye mu kinyago.