Ivyakozwe 5:38-39
Ivyakozwe 5:38-39 BKC
None rero ku bw’aba bantu na bo, ndabahanure: Nimurekure aba bantu bigire! Kuko nimba ivyo bariko barakora vyavuye ku bantu, nta ho bizoshika. Ariko nimba biva ku Mana, ntimuzoshobora kubagwanya; ahubwo muzosanga muriko mugwanya Imana.”





