YouVersion Logo
Search Icon

Mariko 7:21-23

Mariko 7:21-23 RUN1967

kukw imbere mu mitima y’abantu havamw’ ivyiyumviro bibi, ubushakanyi, ubgivyi, ubgicanyi, ubusambanyi, ukwifuza, kugira nabi, ubugunge, ivy’ isoni nke, ijisho ribi, ibitutsi, ubgibone, ubupfu: ivyo bibi vyose biva imbere ni vyo bihumanya umuntu.

Free Reading Plans and Devotionals related to Mariko 7:21-23