YouVersion Logo
Search Icon

Matayo 7:25

Matayo 7:25 RUN1967

Isegenya iragwa, inkukūra iratwaza, igihuhuta kirahuhuta, bisūrira kuri nya nzu, ntiyagwa, kuko yar’ imase ku rutare.