YouVersion Logo
Search Icon

Matayo 14:18-19

Matayo 14:18-19 RUN1967

Na we ati Ni mubinzanire hano. Abgira abantu kwicara hasi ku vyatsi, yābīra ya mitsima itanu na za fi zibiri, ararangamiza, arāba mw ijuru, arabihezagira; amanyagura ya mitsima, ayiha abigishwa, abigishwa bagaburira ishengero.

Free Reading Plans and Devotionals related to Matayo 14:18-19